Biya Gang

(HOOK)



Biya gang(x7)
Nasomye mw'ibibero

Ubu nwa Casier zine



Biya gang(x7)



Bari ni ghetto

Turi calme







(Verse)



Reka ntegure akajwi ouuu

Nawe utegure amatwi ndakuzunguruke

Muri speed nawe undunguruke

Niwambona ndagufungure uce

Ufata akavoyage munda

Ugume ugera kure nce ndekura beer nkunda

Ugeze mu ngidi nce mpaguruka

Unkubitiye abajumeaux naho umbona nguruka

Akazi karagoye ariko jewe nguma nkora

Nryama ntevye abandi bariko bagoyagoya

Nje ndi MVP yo nsohotse murakoma

Yo ngiye ahabona munyegera mu gakona n***a please



Yibomye cane yibonye acarimwa urupara

Nidroze cane nitonze nsinezwe amagara

Yiyayuye aca aririra ibintu vyose agaba

Wiyumvire uze wumve ibibera kwi ligala



(HOOK)



Biya gang(x7)



Nasomye mw'ibibero

Ubu nwa Casier zine



Biya gang(x7)



Bari ni ghetto

Turi calme

More from King Omega (Vol.1)

More by 19th

All 19th songs →