Gangsta Luv

(Verse 1)

Mwite chris mwite paul

Kuri weed mwite bob
Mission secret utamuzi mwite bond

Ajana n'abanwa icupa bagaterera munsi

Uko zivuga bagahana igipfunsi

Bahura buri munsi

Ki mafia n'abacondamné

Bama bafyina nibo ngorane

Bahuye naba sista barazimya bougie

Bama bajana amasysteme mutaba muzi

Gakiss ku munwa kajana na caresse

Yizera k'umuha joro ryose muhakeshe

Baza wambaye iki? Ubusa

Ntihambona anyegera ngwino sha

Unomunsi ntabwoba ntiduhusha

Mu gatondo ateke afungure

Aban***a mu gatongo baba bahuzuye

Baraje kuntora ndagiye kurondera

Nta nvura haza gutoha ndaza kuhongera

Nk'isake nza kuhanoba ndahitondera





(Hook)



It was the baddest bitch with the baddest n***a

It was the baddest bitch with the baddest n***a

The baddest bitch, the baddest n***a-- n***a



(Verse 2)

Mwite chou mwite wife

N'akazuba mwite light

Niwe soko ry'ubuzima mwite life

Ntawundi woza uraba inyuma haratikura

Atambutse ugashikura m'tima ukanka ukibura

Ni miss ni money délice umwami-kazi

Avuze notanga police ku bahomies

Ajana n'ibiduga "klaxon" tugakuga "woof"

Baguciye imbere wanikira amasuka

Muri tasse noba thé akaba sugar

Abamukunze baramukumbura

Baramuhiga bakamubura

Yabo mahera yarakunkumura

Nta kiri kuriyi si woronka umuha



(Verse 3)

Bamwe basara abandi wica bihera uno munsi

Nyita superman mpindura umwansi akaba umukunzi

Nkwegera nkakwepa uvyuza untera ndi nka ninja

Dangereux mwami w'ibikoko nyita simba

Uguma ushuha ukaguma uhuha

Impuzu zirasha uko unyegera tuma ukura

Ntiwari bwahure n'umuhungu nkuyu

Umugabo atuma wiyunva nkuku

Ugata ukiheba ukipfuza yuko muba umwe imbere ya Mungu



(Hook)(x2)



It was the baddest bitch with the baddest n***a

It was the baddest bitch with the baddest n***a

The baddest bitch, the baddest n***a-- n***a

More from King Omega (Vol.1)

More by 19th

All 19th songs →